Quand :
24/05/2019 @ 14:00 – 26/05/2019 @ 14:00
2019-05-24T14:00:00+02:00
2019-05-26T14:00:00+02:00

Twizihize isabukuru y’umubano wacu hamwe na Nyagasani.

Hamwe na padri,  Achille Bawe

Muri uyu mwiherero abashakanye bavugurura amasezerano yabo.

 

Umuryango wa Foyer muri kumwe mu murimo n’isengesho.

 

 

Weekend hamwe n’abashakanye n’abitegura kurushinga.